Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 @pacifiquenininahazwe Channel on Telegram

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

@pacifiquenininahazwe


Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 (English)

Welcome to Burundi Bwacu, a Telegram channel dedicated to celebrating the beauty and culture of Burundi! Our channel's title, 'Burundi Bwacu,' translates to 'Our Burundi' in Kirundi, the official language of Burundi. We aim to showcase the rich heritage, traditions, and daily life of the people of Burundi through a variety of content

Who are we? We are a group of passionate individuals who have a deep love for Burundi and want to share its wonders with the world. Our channel is a space where both Burundians and non-Burundians can come together to learn, appreciate, and connect over the beauty of this East African country

What can you expect from Burundi Bwacu? Our channel features stunning photography of Burundi's landscapes, vibrant traditional attire, delicious cuisine, and lively celebrations. We also share insightful articles, interviews with local artists and entrepreneurs, as well as updates on current events and initiatives within Burundi

Whether you are a Burundian longing for a piece of home or someone curious about this lesser-known gem of Africa, Burundi Bwacu is the perfect channel for you. Join us on this journey of discovery and appreciation for 'Our Burundi.' 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

09 Feb, 23:18


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

09 Feb, 23:18


Ikiganiro IJAMBO NI RWAWE co kuri uyu w‘Imana, igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2025.

"Uburundi mu ngwano z‘Abanyekongo: Ico Abarundi bomenya uyu munsi".

Abatumire:

PacifiqueNininahazwe
Bob Rugurika
Col Willy Ngoma

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

31 Jan, 10:50


Uwoba azi uyu muntu aze kutwandikira kuri WhatsApp

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 21:19


Ikiganiro kigarukiye hano. Mu nyuma turabasangiza bimwe mu vyiyumviro n'utabazo vyagiye birarungikwa ariko tutari twabasangije.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 21:17


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 21:15


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 21:01


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 21:00


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 20:59


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 20:57


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 20:17


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 20:16


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 20:15


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 19:38


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 19:37


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 18:59


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 18:58


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 18:26


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 18:25


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 17:38


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 17:37


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 17:36


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Jan, 17:34


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

25 Nov, 01:10


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

25 Nov, 01:10


RPA

Ikiganiro IJAMBO NI RWAWE co kuri uyu w'Imana, igenekerezo rya 24 Munyonyo 2024.


Amabi yo kunyuruza Abarundi yohagarara gute ?

Abatumire :

Franck Kaze

Olivier kenese

Pacifique Nininahazwe

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

25 Nov, 01:09


RPA

Ikiganiro IJAMBO NI RWAWE co kuri uyu w'Imana, igenekerezo rya 24 Munyonyo 2024.


Amabi yo kunyuruza Abarundi yohagarara gute?*m

Abatumire :

Franck Kaze

Olivier kenese

Pacifique Nininahazwe

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:31


Jean-Marie Vianney Nshimirimana : ikiganiro co muri ndamukiza 2021.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:29


Coupeur vidéo gratuit, convertisseur vidéo en MP3, recadrage vidéo, éditeur audio en un. https://play.google.com/store/apps/details?id=video.crop.audio

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:28


Eric Niyungeko : Ikiganiro co muri 2017.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:15


Coupeur vidéo gratuit, convertisseur vidéo en MP3, recadrage vidéo, éditeur audio en un. https://play.google.com/store/apps/details?id=video.crop.audio

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:14


Ernest Nimbona : Émission de 2017 (en français)

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:13


Coupeur vidéo gratuit, convertisseur vidéo en MP3, recadrage vidéo, éditeur audio en un. https://play.google.com/store/apps/details?id=video.crop.audio

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:12


Olivier Bill Nivyumukama : ikiganiro co muri 2019

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 19:05


Coupeur vidéo gratuit, convertisseur vidéo en MP3, recadrage vidéo, éditeur audio en un. https://play.google.com/store/apps/details?id=video.crop.audio

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 18:59


Serge Ntakarutimana : ikiganiro co muri 2017

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 18:57


Fichier audio de pnininahazwe

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03 Nov, 18:53


Ikiganiro Ndondeza

Imyaka 9 irarumanye igipolisi c'Uburundi kugandaguye i Buringa abari bavuye gushingura uwabo ku wa 31.10.2015.
Hano turibuka bamwe mu banyurujwe uyo musi : Alberic Niyonzima, Ernest Nimbona, Olivier Bill Nivyumukama na Serge Ntakirutimana.

Turibuka kandi Eric Niyungeko yanyurujwe n'iperereza kw'ibarabara rya Bujumbura-Bugarama ku wa 31.10.2015 na Jean-Marie Vianney Nshimirimana yanyurujwe ku Mutanga Nord ku wa 31.10.2018.

N.B: Ibiganiro vyose bijanye n'aba bantu vyakozwe mu myaka iheze, ku ntwaro ya Petero Nkurunziza. Hari amakuru amwe musanga yarahindutse.

Mu kiganiro gikurikira tuzobasangiza z'abarokotse mu gitero c'i Buringa.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

28 Oct, 12:59


Ikiganiro caremeshejwe na FOCODE ku wa 26.10.2024.

Kunyuruza abantu bakaburwa irengero ni kimwe mu birwanisho vy'intwaro ya CNDD-FDD mu kunumya abo batavuga rumwe.

Abatumire :

1. Me Gustave Niyonzima arongoye ishirahamwe CAVIB
2. Olivier Kenese arongoye ishirahamwe ABACU BARI HE ?
3. Pacifique Nininahazwe arongoye ishirahamwe FOCODE

Kiremeshwa na Gilbert Niyonkuru.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

13 Oct, 22:14


Eustache Miburo

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

13 Oct, 22:14


Pasitori Joseph Sinzubwenge

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

13 Oct, 22:04


Radio Umurisho (Rediffusion)

Uyu musi twibuka imyaka itatu ihaciye umutama Alexis Nimubona anyurujwe co kimwe n'abahungu biwe Eric Nduwamungu na Gabriel Nsabiyumva be n'umukozi wiwe Firmin Ntirandekura. Banyurujwe n'iperereza rya gisirikare (G2) ku wa 12.10.2021, ribakuye iwabo mu Midodo muri komine Rumonge.

Uwo musi nyene haranyurujwe umudandaza Jean-Claude Niyomukunzi wo muri komine Burambi, yafatiwe hafi yo mu Midodo.

Haranyurujwe kandi :
1. Pasitori Joseph Sinzubwenge mu Ruzo
2. Eustache Miburo i Muyinga

N.B : Ikiganiro cakozwe muri 2022.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

07 Oct, 16:12


Fichier audio de .

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

07 Oct, 16:11


Radio Umurisho

Ikiganiro "Ndondeza" co ku wa 06.10.2024.

#Ndondeza David Bamporiki, yanyurujwe ku wa 21.02.2024 mu Kagwema muri Komine Gihanga.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Sep, 20:06


Fichier audio de Focode

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

29 Sep, 20:05


Radio Umurisho

Ikiganiro "Ndondeza" co ku wa 29.9.2024.

#Ndondeza Jackson Hakizimana batazira Nzovu, yanyurujwe ku wa 12.5.2024 mu gisagara ca Bujumbura.

Burundi Bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

15 Sep, 22:51


Radio Umurisho

Ikiganiro "Ndondeza" co ku wa 15.9.2024.

#Ndondeza Djuma Ndayishimiye, yanyurujwe ku wa 05.4.2024 muri zone Kinama mu gisagara ca Bujumbura.